Abafilipi 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 nagenyerewe ku musi ugira umunani+, nkaba nkomoka mu bwoko bwa Isirayeli, mu muryango wa Benyamini+, nkaba Umuheburayo yavutse ku Baheburayo+; ku bijanye n’itegeko, ndi Umufarizayo*+;
5 nagenyerewe ku musi ugira umunani+, nkaba nkomoka mu bwoko bwa Isirayeli, mu muryango wa Benyamini+, nkaba Umuheburayo yavutse ku Baheburayo+; ku bijanye n’itegeko, ndi Umufarizayo*+;