1 Abakorinto 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mwaguzwe ikiguzi+; nimureke kuba abashumba+ b’abantu. Abaheburayo 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 yarinjiye, mugabo atinjiranye amaraso+ y’impene n’ay’ibimasa, ahubwo yinjiranye amaraso yiwe bwite+, rimwe rizima, ahantu heranda, hanyuma aronka ukurokorwa kwacu kw’ibihe bidahera+. 1 Petero 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko muzi yuko ibintu vyononekara+, ifeza canke inzahabu, atari vyo mwarokojwe+ mukava mu burumbirane bw’ingeso zanyu mwahawe na ba sogokuruza banyu mu buryo bw’imigenzo.
12 yarinjiye, mugabo atinjiranye amaraso+ y’impene n’ay’ibimasa, ahubwo yinjiranye amaraso yiwe bwite+, rimwe rizima, ahantu heranda, hanyuma aronka ukurokorwa kwacu kw’ibihe bidahera+.
18 Kuko muzi yuko ibintu vyononekara+, ifeza canke inzahabu, atari vyo mwarokojwe+ mukava mu burumbirane bw’ingeso zanyu mwahawe na ba sogokuruza banyu mu buryo bw’imigenzo.