ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 9
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaheburayo 9:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:6; Heb 9:9
  • +Kv 25:8

Abaheburayo 9:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 26:33
  • +Kv 40:24; Gh 4:9
  • +Kv 40:22
  • +Kv 40:23
  • +Kv 26:33

Abaheburayo 9:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 36:35
  • +Kv 26:34

Abaheburayo 9:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:12; Ivh 8:3
  • +Kv 40:21
  • +Kv 25:11
  • +Kv 16:33
  • +Gh 17:10
  • +Kv 32:15; 2Ng 5:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 31

Abaheburayo 9:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 25:22; Gh 7:89
  • +Kv 25:18; 1Ng 28:11

Abaheburayo 9:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 24:3
  • +Lw 24:4

Abaheburayo 9:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:2; Heb 9:25
  • +Kv 30:10; Lw 16:14
  • +Lw 16:6
  • +Lw 16:15

Abaheburayo 9:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:6
  • +Heb 10:20

Abaheburayo 9:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 8:5
  • +Kl 2:17; Heb 10:1
  • +Lw 23:38
  • +Gl 3:21; Heb 7:11, 19; 8:6
  • +1Pt 3:21

Abaheburayo 9:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:2
  • +Lw 10:9; 11:34
  • +Lw 11:40
  • +Gh 19:13
  • +Yes 2:4; Yoh 1:17; Heb 1:2

Abaheburayo 9:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 4:14
  • +Heb 9:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2020, rup. 31

Abaheburayo 9:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 20:28; 1Tm 2:6; Heb 12:24; 13:20
  • +Heb 8:3
  • +Yes 45:17; Dn 9:24; Rm 11:27; Heb 10:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 183-184

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1998, rup. 22-23

Abaheburayo 9:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:15
  • +Lw 16:6
  • +Gh 19:9
  • +Gh 19:17
  • +Gh 19:19

Abaheburayo 9:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 17:11; 1Pt 1:19
  • +Heb 10:2; 1Yh 1:7
  • +Ef 5:2
  • +1Kr 6:11; Heb 6:1
  • +Rm 12:1; Fp 3:3; Heb 12:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2006, rup. 28

    1/2/1998, rup. 31

Abaheburayo 9:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 2:5; Heb 12:24
  • +Rm 8:17
  • +Mt 20:28; Lk 22:20
  • +Gl 3:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2008, rup. 13-14

    1/2/1998, rup. 30-31

Abaheburayo 9:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 21:27; Gl 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 32

Abaheburayo 9:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:7
  • +Kv 24:6

Abaheburayo 9:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:3
  • +Gh 19:6

Abaheburayo 9:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:8

Abaheburayo 9:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:16
  • +Kv 29:12; Lw 8:15; 16:18

Abaheburayo 9:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 17:11
  • +Lw 9:9
  • +Ef 1:7

Abaheburayo 9:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 8:5; 9:9
  • +Lw 16:19, 20

Abaheburayo 9:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 8:2
  • +Kl 2:17
  • +Heb 6:20; 9:12; 10:19
  • +Lw 16:15; Yoh 16:28; Rm 8:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 27

    1/2/2000, rup. 10-11

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 183-184

Abaheburayo 9:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:2
  • +Lw 16:34

Abaheburayo 9:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:4
  • +Gl 4:4; 1Pt 1:20
  • +Heb 7:27; 1Pt 3:18
  • +Mt 24:3; 1Kr 10:11; Heb 1:2
  • +Yes 53:12; Dn 9:24; 1Kr 5:7

Abaheburayo 9:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:9; Lw 16:11; Heb 7:27, 28; 9:7
  • +Yoh 17:1

Abaheburayo 9:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 6:10
  • +Yes 53:12; 1Pt 2:24
  • +2Ts 1:7
  • +Mt 24:3; Tt 2:13
  • +Mt 24:30
  • +Mt 25:34; 2Tm 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/1998, rup. 30-31

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Heb. 9:1Lw 4:6; Heb 9:9
Heb. 9:1Kv 25:8
Heb. 9:2Kv 26:33
Heb. 9:2Kv 40:24; Gh 4:9
Heb. 9:2Kv 40:22
Heb. 9:2Kv 40:23
Heb. 9:2Kv 26:33
Heb. 9:3Kv 36:35
Heb. 9:3Kv 26:34
Heb. 9:4Lw 16:12; Ivh 8:3
Heb. 9:4Kv 40:21
Heb. 9:4Kv 25:11
Heb. 9:4Kv 16:33
Heb. 9:4Gh 17:10
Heb. 9:4Kv 32:15; 2Ng 5:10
Heb. 9:5Kv 25:22; Gh 7:89
Heb. 9:5Kv 25:18; 1Ng 28:11
Heb. 9:6Lw 24:3
Heb. 9:6Lw 24:4
Heb. 9:7Lw 16:2; Heb 9:25
Heb. 9:7Kv 30:10; Lw 16:14
Heb. 9:7Lw 16:6
Heb. 9:7Lw 16:15
Heb. 9:8Yoh 14:6
Heb. 9:8Heb 10:20
Heb. 9:9Heb 8:5
Heb. 9:9Kl 2:17; Heb 10:1
Heb. 9:9Lw 23:38
Heb. 9:9Gl 3:21; Heb 7:11, 19; 8:6
Heb. 9:91Pt 3:21
Heb. 9:10Lw 11:2
Heb. 9:10Lw 10:9; 11:34
Heb. 9:10Lw 11:40
Heb. 9:10Gh 19:13
Heb. 9:10Yes 2:4; Yoh 1:17; Heb 1:2
Heb. 9:11Heb 4:14
Heb. 9:11Heb 9:24
Heb. 9:12Mt 20:28; 1Tm 2:6; Heb 12:24; 13:20
Heb. 9:12Heb 8:3
Heb. 9:12Yes 45:17; Dn 9:24; Rm 11:27; Heb 10:17
Heb. 9:13Lw 16:15
Heb. 9:13Lw 16:6
Heb. 9:13Gh 19:9
Heb. 9:13Gh 19:17
Heb. 9:13Gh 19:19
Heb. 9:14Lw 17:11; 1Pt 1:19
Heb. 9:14Heb 10:2; 1Yh 1:7
Heb. 9:14Ef 5:2
Heb. 9:141Kr 6:11; Heb 6:1
Heb. 9:14Rm 12:1; Fp 3:3; Heb 12:28
Heb. 9:151Tm 2:5; Heb 12:24
Heb. 9:15Rm 8:17
Heb. 9:15Mt 20:28; Lk 22:20
Heb. 9:15Gl 3:13
Heb. 9:16It 21:27; Gl 3:15
Heb. 9:18Kv 24:7
Heb. 9:18Kv 24:6
Heb. 9:19Kv 24:3
Heb. 9:19Gh 19:6
Heb. 9:20Kv 24:8
Heb. 9:21Lw 16:16
Heb. 9:21Kv 29:12; Lw 8:15; 16:18
Heb. 9:22Lw 17:11
Heb. 9:22Lw 9:9
Heb. 9:22Ef 1:7
Heb. 9:23Heb 8:5; 9:9
Heb. 9:23Lw 16:19, 20
Heb. 9:24Heb 8:2
Heb. 9:24Kl 2:17
Heb. 9:24Heb 6:20; 9:12; 10:19
Heb. 9:24Lw 16:15; Yoh 16:28; Rm 8:34
Heb. 9:25Lw 16:2
Heb. 9:25Lw 16:34
Heb. 9:26Ef 1:4
Heb. 9:26Gl 4:4; 1Pt 1:20
Heb. 9:26Heb 7:27; 1Pt 3:18
Heb. 9:26Mt 24:3; 1Kr 10:11; Heb 1:2
Heb. 9:26Yes 53:12; Dn 9:24; 1Kr 5:7
Heb. 9:27Kv 29:9; Lw 16:11; Heb 7:27, 28; 9:7
Heb. 9:27Yoh 17:1
Heb. 9:28Rm 6:10
Heb. 9:28Yes 53:12; 1Pt 2:24
Heb. 9:282Ts 1:7
Heb. 9:28Mt 24:3; Tt 2:13
Heb. 9:28Mt 24:30
Heb. 9:28Mt 25:34; 2Tm 4:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Abaheburayo 9:1-28

Abaheburayo

9 Isezerano rya mbere rero ryoryo ryari rifise amategeko y’igikorwa ceranda+ be n’ahantu heranda haryo ho kw’isi+. 2 Kuko hari harubatswe igihimba ca mbere c’ihema+ carimwo igitereko c’amatara+ hamwe n’imeza+ be n’imikate yerekanwa+; kandi citwa “Aheranda+.” 3 Mugabo inyuma y’irido rigira kabiri+ hari igihimba c’ihema citwa “Aheranda Rwose*+.” 4 Ico cari gifise icotezo+ c’inzahabu be n’isandugu y’isezerano+ ikuyengejeko inzahabu hose+, ikabamwo ikarabo ry’inzahabu ririmwo manu*+ na ya nkoni ya Aroni yanaga+ be na vya bisate+ vy’isezerano; 5 mugabo hejuru yayo hari ba bakerubi*+ b’ubuninahazwa batwikiriza igitutu umurumyo w’impongano+. Mugabo ubu si co gihe co kuvuga ido n’ido ivy’ivyo bintu.

6 Ivyo bimaze kwubakwa gutyo, abaherezi barinjira mu gihimba ca mbere c’ihema+ ibihe vyose kugira ngo bakore ibikorwa vyeranda+; 7 mugabo mu gihimba kigira kabiri umuherezi mukuru ni we wenyene yinjirayo rimwe mu mwaka+, atibagiye amaraso+, ayo ashikana ku bwiwe+ no ku bw’ibicumuro abantu bakoze ku kutamenya+. 8 Gutyo impwemu nyeranda iratomora neza yuko inzira+ ija ahantu heranda itari bwerekanwe igihe rya hema rya mbere ryari rihagaze+. 9 Iryo hema nyene ni ikigereranyo+ ku bw’igihe cashinzwe ubu cashitse+, kandi hisunzwe ico kigereranyo amashikanwa n’ibimazi birashikanwa+. Ariko ivyo ntibishobora gutuma uwukora igikorwa ceranda aba uwutagira akanenge+ ku vyerekeye ijwi ryiwe ryo mu mutima+, 10 mugabo bijanye gusa n’ibifungurwa+ n’ibinyobwa+ be n’amabatisimu atari amwe+. Vyari ibisabwa n’amategeko bijanye n’umubiri+, kandi vyagizwe itegeko gushika ku gihe cashinzwe co kugorora ibintu+.

11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+, 12 yarinjiye, mugabo atinjiranye amaraso+ y’impene n’ay’ibimasa, ahubwo yinjiranye amaraso yiwe bwite+, rimwe rizima, ahantu heranda, hanyuma aronka ukurokorwa kwacu kw’ibihe bidahera+. 13 Kuko nimba amaraso y’impene+ n’ay’amashūri+ be n’iminyota+ y’ishashi imijagiwe abahumanijwe+ yeza gushika ku guhumanuka kw’umubiri+, 14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?

15 Ni co gituma rero ari umuhuza+ w’isezerano rishasha, kugira ngo abahamagawe baronke wa muhango w’intoranwa idahera+, kubera ko habayeho urupfu kugira ngo biciye ku ncungu*+ babohorwe mu bigabitanyo bakoze mu gihe c’isezerano rya kera+. 16 Kuko ahari isezerano+, habwirizwa gutangwa urupfu rw’uwugize isezerano. 17 Kuko isezerano rigira ububasha habaye ugupfa, kuko ritigera rikora iyo uwugize isezerano ariho. 18 Ku bw’ico, n’isezerano rya kera+ ntiryatangujwe ata maraso+. 19 Kuko igihe Musa yari amaze kubwira abantu bose ibwirizwa rimwerimwe ryose nk’uko Itegeko riri+, yafashe amaraso y’ibimasa n’ay’impene n’amazi n’ubwoya bw’agahama na ezobu+ akamijagira igitabu ubwaco n’abantu bose, 20 avuga ati: “Aya ni amaraso y’isezerano Imana ibashizeko bwa tegeko+.” 21 Hanyuma ihema+ be n’ivyombo vyose vy’igikorwa gikorerwa abantu na vyo nyene abimijagira amaraso+. 22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.

23 Vyari nkenerwa rero yuko ibigereranyo+ vy’ibintu vyo mw’ijuru bihumanurwa hakoreshejwe ubwo buryo+, mugabo ibintu vyo mw’ijuru ubwavyo bigahumanuzwa ibimazi vyiza kuruta mwene ivyo bimazi. 24 Kuko Kristu atinjiye ahantu heranda hakozwe n’amaboko+, aho hakaba ari ikigereranyo c’ahantu nyaho+, ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaho+, kugira ngo ubu aduserukire imbere y’Imana+. 25 Eka mbere si kugira ngo aze arishikana kenshi, nk’uko vy’ukuri umuherezi mukuru yinjira ahantu heranda+ uko umwaka utashe+ afise amaraso atari ayiwe. 26 Ahandiho, yobwirijwe kubabara kenshi kuva kw’ishingwa+ ry’isi. Mugabo ubu yariyerekanye+ rimwe+ rizima ku nsozero y’ibihe+ kugira ngo akureho igicumuro biciye ku kimazi ciwe ubwiwe+. 27 Kandi nk’uko abantu babikiwe+ gupfa rimwe rizima, mugabo mu nyuma hakaba urubanza+, 28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika