Abaheburayo 9:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ico cumba carimwo agapanu k’inzahabu+ batuririramwo imibavu be n’isandugu y’isezerano+ ihometseko inzahabu hose+. Iyo sandugu yarimwo umubindi w’inzahabu urimwo manu+ na ya nkoni ya Aroni yanaga+ be na vya bisate+ vy’isezerano. Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:4 Umunara w’Inderetsi,15/1/2006, rup. 31
4 Ico cumba carimwo agapanu k’inzahabu+ batuririramwo imibavu be n’isandugu y’isezerano+ ihometseko inzahabu hose+. Iyo sandugu yarimwo umubindi w’inzahabu urimwo manu+ na ya nkoni ya Aroni yanaga+ be na vya bisate+ vy’isezerano.