ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 8
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaheburayo 8:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 6:13; Heb 3:1; 7:26
  • +Zb 110:1; Heb 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 161

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 29-31

Abaheburayo 8:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 9:8, 24
  • +Kv 25:9; Zb 84:1; Heb 3:4
  • +Heb 9:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 161

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2000, rup. 9

    1/7/1996, rup. 21-26

Abaheburayo 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 5:1
  • +Yoh 6:51; Ef 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2000, rup. 8

Abaheburayo 8:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 7:14

Abaheburayo 8:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 9:9, 24
  • +Kl 2:17; Heb 10:1
  • +Heb 9:9
  • +Kv 25:9
  • +Kv 25:40; 26:30; Gh 8:4; Ivk 7:44

Abaheburayo 8:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 2:5; Heb 12:24
  • +1Kr 11:25; Heb 7:22; 9:15
  • +Zb 110:4; Rm 8:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2000, rup. 9

Abaheburayo 8:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 7:11, 18

Abaheburayo 8:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:31

Abaheburayo 8:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:23
  • +Kv 12:51
  • +Gus 32:15
  • +Yr 31:32

Abaheburayo 8:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 11:19; Rm 2:29
  • +2Kr 6:16
  • +Yr 31:33; Zk 8:8; Heb 10:16

Abaheburayo 8:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 2:20
  • +Yes 54:13; Yoh 6:45

Abaheburayo 8:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:34; Heb 10:17
  • +Zb 103:12; Rm 11:27

Abaheburayo 8:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 10:4; Heb 7:12
  • +Mt 23:38; Ef 2:14; Kl 2:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2014, rup. 15-16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Heb. 8:1Zk 6:13; Heb 3:1; 7:26
Heb. 8:1Zb 110:1; Heb 1:3
Heb. 8:2Heb 9:8, 24
Heb. 8:2Kv 25:9; Zb 84:1; Heb 3:4
Heb. 8:2Heb 9:11
Heb. 8:3Heb 5:1
Heb. 8:3Yoh 6:51; Ef 5:2
Heb. 8:4Heb 7:14
Heb. 8:5Heb 9:9, 24
Heb. 8:5Kl 2:17; Heb 10:1
Heb. 8:5Heb 9:9
Heb. 8:5Kv 25:9
Heb. 8:5Kv 25:40; 26:30; Gh 8:4; Ivk 7:44
Heb. 8:61Tm 2:5; Heb 12:24
Heb. 8:61Kr 11:25; Heb 7:22; 9:15
Heb. 8:6Zb 110:4; Rm 8:17
Heb. 8:7Heb 7:11, 18
Heb. 8:8Yr 31:31
Heb. 8:9Gus 4:23
Heb. 8:9Kv 12:51
Heb. 8:9Gus 32:15
Heb. 8:9Yr 31:32
Heb. 8:10Ezk 11:19; Rm 2:29
Heb. 8:102Kr 6:16
Heb. 8:10Yr 31:33; Zk 8:8; Heb 10:16
Heb. 8:11Hs 2:20
Heb. 8:11Yes 54:13; Yoh 6:45
Heb. 8:12Yr 31:34; Heb 10:17
Heb. 8:12Zb 103:12; Rm 11:27
Heb. 8:13Rm 10:4; Heb 7:12
Heb. 8:13Mt 23:38; Ef 2:14; Kl 2:14
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Abaheburayo 8:1-13

Abaheburayo

8 Ku vyo turiko turaganira rero, iciyumviro nyamukuru ng’iki: Dufise umuherezi mukuru+ mwene uyo, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami ya Nyenubukuru mw’ijuru+, 2 umukozi akorera abantu w’ahantu heranda+ akaba n’uw’ihema nyakuri ryashinzwe na Yehova+, ritashinzwe n’umuntu+. 3 Kuko umuherezi mukuru wese agenwa ngo ashikane amashikanwa n’ibimazi+; ni co gituma vyari bikenewe ko uyo na we aronka ico ashikana+. 4 Iyo rero aba ari kw’isi, ntiyobaye umuherezi+, kuko hari abantu bashikana amashikanwa hisunzwe Itegeko, 5 mugabo nya bantu bakaba bakora igikorwa ceranda bwa kigereranyo+ n’igitutu+ c’ibintu vyo mw’ijuru; nk’uko Musa igihe yagira yubake ihema+ gushika rirangiye, yahawe itegeko ry’Imana+: Kuko ivuga iti: “Urabe neza ukore vyose wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.” 6 Mugabo ubu Yezu yaronse igikorwa gikorerwa abantu kirushirije kuba agahebuza, ku buryo ari we kandi muhuza+ w’isezerano rirushirije kuba ryiza ugereranije+, iryashinzwe mu buryo bwemewe ku mihango myiza kuruta+.

7 Kuko iyo rya sezerano rya mbere riza kuba ritagira amahinyu, ntihari kuronderwa ikibanza c’irigira kabiri+; 8 kuko itora amahinyu abantu igihe ivuga iti: “‘Ehe imisi iriko iraza,’ ni ko Yehova avuga, ‘kandi nzogirana isezerano rishasha+ n’inzu ya Isirayeli be n’inzu ya Yuda; 9 atari nka rya sezerano+ nagiranira na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, kubera ko batabandanije mw’isezerano ryanje+, ku buryo naretse kubababara,’ ni ko Yehova avuga+.”

10 “‘Kuko iri ari ryo sezerano nzosezerana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu muzirikanyi wabo+, kandi nzoyandika mu mitima yabo. Kandi nzoba Imana yabo+, na bo bazoba abantu banje+.

11 “‘Kandi umwe wese muri bo ntazogenda yigishije umunyagihugu mugenziwe canke ngo umwe wese yigishe mwene wabo, ngo: “Menya Yehova+!” Kuko bose bazomenya+, guhera ku muto kugeza ku wuhambaye kuruta abandi bose muri bo. 12 Kuko nzoba umunyembabazi ku bikorwa vyabo bitagororotse, kandi sinzogenda nongeye kwibuka+ ibicumuro vyabo+.’”

13 Igihe ivuga ngo: “isezerano rishasha,” irya mbere iba irigize iryataye igihe+. Ikigizwe rero icataye igihe kandi kigasaza kiba kiri hafi kuvaho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika