ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaheburayo 7:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:18
  • +It 14:19

Abaheburayo 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:20
  • +It 14:18; Zb 76:2

Abaheburayo 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 8:23
  • +Mt 16:16
  • +Zb 110:4

Abaheburayo 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:20

Abaheburayo 7:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 40:15; Gh 18:21
  • +Gh 18:26; Gus 14:28
  • +Lw 7:34
  • +Yoh 8:33

Abaheburayo 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:62
  • +It 14:20
  • +It 12:7; 17:6; 22:17; Rm 4:13; Gl 3:16

Abaheburayo 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:20

Abaheburayo 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:21
  • +Heb 7:3

Abaheburayo 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 1:5; Rm 7:9
  • +It 14:18

Abaheburayo 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:20; Gl 2:21; Heb 7:19; 9:9
  • +Heb 10:1
  • +Gl 3:19
  • +Yr 31:31; Heb 8:7
  • +Zb 110:4

Abaheburayo 7:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 8:1
  • +Rm 3:27; 1Kr 9:21; Gl 6:2; Kl 2:14

Abaheburayo 7:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 5:5
  • +Gh 18:7; 2Ng 26:18

Abaheburayo 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:10; Yes 11:1; Mt 1:3; Lk 3:33

Abaheburayo 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 110:4
  • +Heb 3:1; 7:26

Abaheburayo 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 7:14
  • +Rm 6:9; 1Tm 6:16; Ivh 1:18

Abaheburayo 7:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 110:4; Heb 5:6; 6:20

Abaheburayo 7:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:3; Gl 4:9
  • +Heb 9:9; 13:9

Abaheburayo 7:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:39; Gl 2:16; Heb 10:1
  • +1Tm 1:1; Heb 6:18; 1Pt 1:3
  • +Yoh 14:6; Rm 5:2; Heb 4:16

Abaheburayo 7:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 6:18
  • +Zb 110:4

Abaheburayo 7:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:31; Mt 26:28; 1Kr 11:25; Heb 8:6; 9:15; 12:24

Abaheburayo 7:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:4
  • +Gh 20:28; Yos 24:33

Abaheburayo 7:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:33; Heb 7:16; 13:8

Abaheburayo 7:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:34; 1Tm 2:5; Heb 9:24; 1Yh 2:1

Abaheburayo 7:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 4:15
  • +Yes 16:5; Heb 3:2
  • +Zk 9:9
  • +Yes 53:9; 1Pt 2:22
  • +Yoh 8:46
  • +Ef 1:20; Heb 4:14; 1Pt 3:22

Abaheburayo 7:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 28:3
  • +Lw 9:8
  • +Lw 9:15
  • +Rm 6:10
  • +Heb 9:28; 10:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2008, rup. 14-15

Abaheburayo 7:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:9
  • +Lw 16:11
  • +Zb 2:7; 110:4
  • +Heb 2:10; 5:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2008, rup. 14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Heb. 7:1It 14:18
Heb. 7:1It 14:19
Heb. 7:2It 14:20
Heb. 7:2It 14:18; Zb 76:2
Heb. 7:3Img 8:23
Heb. 7:3Mt 16:16
Heb. 7:3Zb 110:4
Heb. 7:4It 14:20
Heb. 7:5Kv 40:15; Gh 18:21
Heb. 7:5Gh 18:26; Gus 14:28
Heb. 7:5Lw 7:34
Heb. 7:5Yoh 8:33
Heb. 7:6Ezr 2:62
Heb. 7:6It 14:20
Heb. 7:6It 12:7; 17:6; 22:17; Rm 4:13; Gl 3:16
Heb. 7:7Heb 11:20
Heb. 7:8Gh 18:21
Heb. 7:8Heb 7:3
Heb. 7:10Kv 1:5; Rm 7:9
Heb. 7:10It 14:18
Heb. 7:11Rm 3:20; Gl 2:21; Heb 7:19; 9:9
Heb. 7:11Heb 10:1
Heb. 7:11Gl 3:19
Heb. 7:11Yr 31:31; Heb 8:7
Heb. 7:11Zb 110:4
Heb. 7:12Heb 8:1
Heb. 7:12Rm 3:27; 1Kr 9:21; Gl 6:2; Kl 2:14
Heb. 7:13Ivh 5:5
Heb. 7:13Gh 18:7; 2Ng 26:18
Heb. 7:14It 49:10; Yes 11:1; Mt 1:3; Lk 3:33
Heb. 7:15Zb 110:4
Heb. 7:15Heb 3:1; 7:26
Heb. 7:16Rm 7:14
Heb. 7:16Rm 6:9; 1Tm 6:16; Ivh 1:18
Heb. 7:17Zb 110:4; Heb 5:6; 6:20
Heb. 7:18Rm 8:3; Gl 4:9
Heb. 7:18Heb 9:9; 13:9
Heb. 7:19Ivk 13:39; Gl 2:16; Heb 10:1
Heb. 7:191Tm 1:1; Heb 6:18; 1Pt 1:3
Heb. 7:19Yoh 14:6; Rm 5:2; Heb 4:16
Heb. 7:21Heb 6:18
Heb. 7:21Zb 110:4
Heb. 7:22Yr 31:31; Mt 26:28; 1Kr 11:25; Heb 8:6; 9:15; 12:24
Heb. 7:231Ng 6:4
Heb. 7:23Gh 20:28; Yos 24:33
Heb. 7:24Lk 1:33; Heb 7:16; 13:8
Heb. 7:25Rm 8:34; 1Tm 2:5; Heb 9:24; 1Yh 2:1
Heb. 7:26Heb 4:15
Heb. 7:26Yes 16:5; Heb 3:2
Heb. 7:26Zk 9:9
Heb. 7:26Yes 53:9; 1Pt 2:22
Heb. 7:26Yoh 8:46
Heb. 7:26Ef 1:20; Heb 4:14; 1Pt 3:22
Heb. 7:27Gh 28:3
Heb. 7:27Lw 9:8
Heb. 7:27Lw 9:15
Heb. 7:27Rm 6:10
Heb. 7:27Heb 9:28; 10:14
Heb. 7:28Kv 29:9
Heb. 7:28Lw 16:11
Heb. 7:28Zb 2:7; 110:4
Heb. 7:28Heb 2:10; 5:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Abaheburayo 7:1-28

Abaheburayo

7 Kuko uyo Melekisedeki, umwami wa Salemu, umuherezi w’Imana Musumbavyose+, umwe yasanganira Aburahamu agarutse avuye gusasika abami akamuhezagira+, 2 ari na we Aburahamu yagabanirije ikigira cumi ku bintu vyose+, imbere ya vyose ni “Umwami w’Ubugororotsi” nk’uko bisobanurwa, akaba rero n’umwami wa Salemu+, ni ukuvuga, “Umwami w’Amahoro.” 3 Mu kuba atagira se, atagira nyina canke amamuko canke intango y’imisi+ canke iherezo ry’ubuzima, mugabo akaba yagizwe nk’Umwana w’Imana+, aguma ari umuherezi ibihe vyose+.

4 Nimurabe rero ingene uwo muntu yari ahambaye, uwo Aburahamu wa mukuru w’umuryango yahaye ikigira cumi mu binyagano nyavyonyavyo+. 5 Ego ni ko, ba bantu bo muri bene Lewi+ baronka ibanga ryabo ry’ubuherezi barafise ibwirizwa ryo kwegeranya ivy’icumi+ mu bantu+ nk’uko Itegeko riri, ni ukuvuga muri bene wabo, naho nyene bano bakomotse mu mafyinga ya Aburahamu+; 6 mugabo wa muntu amamuko+ yiwe adaturuka muri bo yarakiriye ivy’icumi ahawe na Aburahamu+ yongera ahezagira umwe yari yarahawe imihango+. 7 Ata mpari na nkeyi rero, umuto ahezagirwa n’umukuru+. 8 Kandi mu vya mbere abantu bapfa ni bo baronka ivy’icumi+, mugabo mu vya kabiri ni umuntu ashingirwa intahe yuko ariho+. 9 Kandi, nimba nokoresha iyi mvugo, biciye kuri Aburahamu, mbere na Lewi umwe aronka ivy’icumi, yaratanze ivy’icumi, 10 kuko yari akiri mu mafyinga+ ya sekuruza igihe Melekisedeki yamusanganira+.

11 Iyo rero ukutagira akanenge+ kuba vy’ukuri kuboneka biciye ku buherezi bw’Abalewi+ (kuko biciye kuri iyo ndinganizo ari ho abantu bahawe Itegeko+), vyokenerewe iki+ kandi ko hahaguruka uwundi muherezi mu buryo bwa Melekisedeki+, ntibivugwe ko ari mu buryo bwa Aroni? 12 Ko rero ubuherezi buriko burahindurwa+, bica biba ngombwa ko n’itegeko rihindurwa+. 13 Kuko umuntu avugwako ivyo bintu yabaye uwo mu wundi muryango+ ata n’umwe awukomokamwo yakoreye ku gicaniro*+. 14 Kuko vyibonekeza neza yuko Umukama wacu yamutse kuri Yuda+, umuryango Musa ata na kimwe yawuvuzeko ku vyerekeye abaherezi.

15 Kandi birarushiriza kwibonekeza cane yuko, mu buryo busa na Melekisedeki+, hahaguruka uwundi muherezi+ 16 yamubaye hatisunzwe itegeko ry’ibwirizwa rijanye n’umubiri+, ahubwo hisunzwe ububasha bw’ubuzima budashobora gusamburwa+, 17 kuko mu gushinga intahe bivugwa ngo: “Uri umuherezi ibihe vyose mu buryo bwa Melekisedeki+.”

18 Mu vy’ukuri rero, ibwirizwa rya mbere rirakurwaho kubera ubugoyagoye+ bwaryo no kubera ko ata co rishikako+. 19 Kuko Itegeko ata co ryatumye kiba ikitagira akanenge+, mugabo ukuzanwa kw’icizigiro kirushirije kuba ciza kwarabigize+, biciye kuri co tukaba turiko turegera Imana+. 20 Vyongeye, ku rugero rw’uko ivyo bitabaye ata ndahiro irahiwe, 21 (kuko vy’ukuri hariho abantu babaye abaherezi ata ndahiro irahiwe, mugabo hari umwe yamubaye habaye indahiro irahiwe n’Umwe yavuga ku bimwerekeye ati: “Yehova yararahiye+ (kandi ntazokwicuza), ati: ‘Uri umuherezi ibihe vyose+’”), 22 kuri urwo rugero nyene Yezu yacitse uwatanzweko ingwati y’isezerano ryiza kuruta+. 23 Ikigeretseko, benshi babwirijwe gucika abaherezi basubiriranira+ kubera babuzwa n’urupfu+ kubandanya iryo banga, 24 mugabo we kubera ko abandanya kubaho ibihe vyose+, arafise ubuherezi bwiwe butagira abasubirizi. 25 Kubera ico, arashoboye no gukiza rwose abariko baregera Imana biciye kuri we, kuko yama ari muzima kugira atakambe ku bwabo+.

26 Kuko umuherezi mukuru nk’uwo ari we yari atubereye+, uwuri intahemuka+, inziraburyarya+, uwudahumanye+, uwutandukanijwe n’abacumuzi+, kandi yacitse uwuri hejuru kuruta amajuru+. 27 Ntakeneye ku musi ku musi+, nka ba baherezi bakuru, gushikana ibimazi, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite+ hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima+ igihe yishikana+ ubwiwe); 28 kuko Itegeko rigena kuba abaherezi bakuru+ abantu bafise ubugoyagoye+, mugabo ijambo rya ya ndahiro irahiwe+ ryaje inyuma y’Itegeko rikagena Umwana, uwagizwe uwutagira akanenge+ ibihe vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika