ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 13:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 be n’uko mu bintu vyose mutashoboye kwitwamwo intungane biciye kw’itegeko rya Musa+, umuntu wese yemera yitwa intungane biciye kuri Uyo+.

  • Abagalatiya 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kubera yuko dusanzwe tuzi ko umuntu yitwa umugororotsi+ bitavuye ku bikorwa vy’itegeko ahubwo bivuye gusa ku kwizera+ kwerekeye Kristu Yezu, na twebwe twarizeye Kristu Yezu, kugira ngo twitwe abagororotsi bivuye ku kwizera kwerekeye Kristu+, bitavuye ku bikorwa vy’itegeko, kuko ata n’umwe azokwitwa umugororotsi bivuye ku bikorwa vy’itegeko+.

  • Abaheburayo 10:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kubera ko Itegeko rifise igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza, mugabo atari umutumba nyene wa nya bintu, abantu ntibashobora kwigera batuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene bama bashikana ku mwaka ku mwaka.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika