Zaburi 143:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi ntujane mu rubanza umusavyi wawe ngo muburane+;Kuko ata muzima n’umwe ashobora kuba umugororotsi imbere yawe+. Ivyakozwe 13:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 be n’uko mu bintu vyose mutashoboye kwitwamwo intungane biciye kw’itegeko rya Musa+, umuntu wese yemera yitwa intungane biciye kuri Uyo+. Abaroma 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ni nde azorega abatowe n’Imana+? Imana ni Yo ibita abagororotsi+.
2 Kandi ntujane mu rubanza umusavyi wawe ngo muburane+;Kuko ata muzima n’umwe ashobora kuba umugororotsi imbere yawe+.
39 be n’uko mu bintu vyose mutashoboye kwitwamwo intungane biciye kw’itegeko rya Musa+, umuntu wese yemera yitwa intungane biciye kuri Uyo+.