ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko tuzi yuko Kristu, ubu yazuwe mu bapfuye+, atagipfa+; urupfu ntirukimuganza.

  • 1 Timoteyo 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 umwe wenyene afise ukudapfa+, aba mu muco utegerwa+, wa wundi ata n’umwe mu bantu yamubonye canke ashobora kumubona+. Iteka+ n’ubushobozi bibe ivyiwe ibihe bidahera. Amen.

  • Ivyahishuwe 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 n’umwe ari muzima+; kandi narapfuye+, mugabo, ehe ndi muzima ibihe bitazoshira+, kandi mfise impfunguruzo z’urupfu+ n’iz’ukuzimu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika