Ivyakozwe 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Buno ariko aragenda, yegereza i Damasiko, umuco uvuye mw’ijuru urabiriza giturumbuka hirya no hino yiwe+, Ivyakozwe 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Mugabo ndi ku rugendo nkegereza i Damasiko, nko ku mutaga, bukwi na bukwi umuco mwinshi uvuye mw’ijuru undabiriza irya n’ino+, Ivyahishuwe 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi yari afise mu kuboko kwiwe kw’ukuryo inyenyeri indwi+, mu kanwa kiwe hasokorokamwo inkota ndende y’ubugi bubiri, ikarishe+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo rikayanganye mu bubasha bwaryo+.
3 Buno ariko aragenda, yegereza i Damasiko, umuco uvuye mw’ijuru urabiriza giturumbuka hirya no hino yiwe+,
6 “Mugabo ndi ku rugendo nkegereza i Damasiko, nko ku mutaga, bukwi na bukwi umuco mwinshi uvuye mw’ijuru undabiriza irya n’ino+,
16 Kandi yari afise mu kuboko kwiwe kw’ukuryo inyenyeri indwi+, mu kanwa kiwe hasokorokamwo inkota ndende y’ubugi bubiri, ikarishe+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo rikayanganye mu bubasha bwaryo+.