ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yagize kuno no ku gikombe+, amaze kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, avuga ati: “Iki gikombe gisobanura isezerano rishasha+ hishimikijwe amaraso yanje+. Muragume mugira ibi igihe cose muzokinywa, mu kunyibuka+.”

  • Abaheburayo 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 kuri urwo rugero nyene Yezu yacitse uwatanzweko ingwati y’isezerano ryiza kuruta+.

  • Abaheburayo 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ni co gituma rero ari umuhuza+ w’isezerano rishasha, kugira ngo abahamagawe baronke wa muhango w’intoranwa idahera+, kubera ko habayeho urupfu kugira ngo biciye ku ncungu*+ babohorwe mu bigabitanyo bakoze mu gihe c’isezerano rya kera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika