Abaheburayo 8:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 «“Kuko iri ari ryo sezerano nzogirana n’Abisirayeli inyuma y’iyo misi”, ni ko Yehova* avuze. “Nzoshira amategeko yanje mu bwenge* bwabo, ndayandike mu mitima yabo+. Nzoba Imana yabo, na bo babe abantu banje+.
10 «“Kuko iri ari ryo sezerano nzogirana n’Abisirayeli inyuma y’iyo misi”, ni ko Yehova* avuze. “Nzoshira amategeko yanje mu bwenge* bwabo, ndayandike mu mitima yabo+. Nzoba Imana yabo, na bo babe abantu banje+.