Abaheburayo 9:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ivyo ntiyabigize kugira aze arishikana kenshi, nka kurya umuherezi mukuru yinjira ahantu heranda uko umwaka utashe+ afise amaraso atari ayiwe.
25 Ivyo ntiyabigize kugira aze arishikana kenshi, nka kurya umuherezi mukuru yinjira ahantu heranda uko umwaka utashe+ afise amaraso atari ayiwe.