Abaheburayo 9:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 avuga ati: «Aya ni amaraso y’isezerano Imana ibategetse kwubahiriza+.»