Kuvayo 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Musa araza, yiganira abantu amajambo yose ya Yehova n’ingingo z’ubutungane zose+, abantu bose baca bishura n’ijwi rimwe, bati: “Amajambo yose Yehova avuze turiteguriye kuyakora+.”
3 Maze Musa araza, yiganira abantu amajambo yose ya Yehova n’ingingo z’ubutungane zose+, abantu bose baca bishura n’ijwi rimwe, bati: “Amajambo yose Yehova avuze turiteguriye kuyakora+.”