Matayo 25:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Maze umwami azobwira abari iburyo bwiwe ati: ‘Nimuze, mwebwe abahezagiwe na Dawe+, mutorane+ ubwami+ mwateguriwe kuva kw’ishingwa ry’isi+. 2 Timoteyo 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuva ubu, mbikiwe urugori rw’ubugororotsi+, urwo Umukama, wa mucamanza agororotse+, azompa bwa mpembo+ kuri wa musi+, yamara si jewe jenyene, ahubwo ruzohabwa n’abo bose bakunze ukwigaragaza kwiwe.
34 “Maze umwami azobwira abari iburyo bwiwe ati: ‘Nimuze, mwebwe abahezagiwe na Dawe+, mutorane+ ubwami+ mwateguriwe kuva kw’ishingwa ry’isi+.
8 Kuva ubu, mbikiwe urugori rw’ubugororotsi+, urwo Umukama, wa mucamanza agororotse+, azompa bwa mpembo+ kuri wa musi+, yamara si jewe jenyene, ahubwo ruzohabwa n’abo bose bakunze ukwigaragaza kwiwe.