Abafilipi 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Birabereye rwose ko ndabiyumvirako ivyo mwese, kuko ndabafise ku mutima+, mwese mukaba musangira+ nanje ubuntu ata wari abukwiriye, haba mu mvuto+ zanje canke mu kuburanira+ inkuru nziza no gutuma yemerwa n’amategeko+. Filemoni 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 nshimye kuguhimiriza riho nishimikije urukundo+, kubera ko ndi uko ndi, Paulo umutama, egome, ubu nkaba kandi ndi imbohe+ ku bwa Kristu Yezu; Abaheburayo 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugume mwibuka abari mu mvuto+ nk’aho mubohanywe na bo+, be n’abariko bagirirwa nabi+, kuko namwe ubwanyu mukiri mu mubiri.
7 Birabereye rwose ko ndabiyumvirako ivyo mwese, kuko ndabafise ku mutima+, mwese mukaba musangira+ nanje ubuntu ata wari abukwiriye, haba mu mvuto+ zanje canke mu kuburanira+ inkuru nziza no gutuma yemerwa n’amategeko+.
9 nshimye kuguhimiriza riho nishimikije urukundo+, kubera ko ndi uko ndi, Paulo umutama, egome, ubu nkaba kandi ndi imbohe+ ku bwa Kristu Yezu;
3 Mugume mwibuka abari mu mvuto+ nk’aho mubohanywe na bo+, be n’abariko bagirirwa nabi+, kuko namwe ubwanyu mukiri mu mubiri.