2 Timoteyo 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntuterwe isoni rero n’intahe yerekeye Umukama wacu+, canke ngo uziterwe na jewe uwabaye imbohe ku bwiwe+, ahubwo wemere umugabane wawe mu kwihanganira imibabaro+ ku bw’inkuru nziza nk’uko ububasha bw’Imana buri+.
8 Ntuterwe isoni rero n’intahe yerekeye Umukama wacu+, canke ngo uziterwe na jewe uwabaye imbohe ku bwiwe+, ahubwo wemere umugabane wawe mu kwihanganira imibabaro+ ku bw’inkuru nziza nk’uko ububasha bw’Imana buri+.