Abalewi 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘Ntukankire mwene wanyu mu mutima wawe+. Uko bigenda kwose, ukwiye gukangira mugenzawe+, kugira ntusangire na we igicumuro. 2 Timoteyo 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 wamamaze rya jambo+, uvyihatire mu gihe ciza+, mu gihe kigoye+, ukangire+, ukankamire, uhimirize, mu kwiyumanganya kwose+ n’ubuhanga bwo kwigisha.
17 “‘Ntukankire mwene wanyu mu mutima wawe+. Uko bigenda kwose, ukwiye gukangira mugenzawe+, kugira ntusangire na we igicumuro.
2 wamamaze rya jambo+, uvyihatire mu gihe ciza+, mu gihe kigoye+, ukangire+, ukankamire, uhimirize, mu kwiyumanganya kwose+ n’ubuhanga bwo kwigisha.