1 Timoteyo 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo wamirire kure za nkuru z’ikinyoma+ zisiga iceyi ibintu vyeranda zivugwa n’abatamakazi. Ariko wimenyereze, ukwihebera Imana kube yo ntumbero yawe+. 2 Timoteyo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kandi bazokwica amatwi ngo ntibumve ukuri, bakeberezwe ku nkuru z’ikinyoma+. 2 Petero 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Oya, ntitwabamenyesheje ububasha n’ukuhaba vy’Umukama wacu Yezu Kristu+ twisunze inkuru z’ikinyoma+ zaremaremwe ku buhinga, ahubwo twabigize twisunze ukuba twariboneye ugukayangana kwiwe+.
7 Mugabo wamirire kure za nkuru z’ikinyoma+ zisiga iceyi ibintu vyeranda zivugwa n’abatamakazi. Ariko wimenyereze, ukwihebera Imana kube yo ntumbero yawe+.
16 Oya, ntitwabamenyesheje ububasha n’ukuhaba vy’Umukama wacu Yezu Kristu+ twisunze inkuru z’ikinyoma+ zaremaremwe ku buhinga, ahubwo twabigize twisunze ukuba twariboneye ugukayangana kwiwe+.