1 Timoteyo 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 no kutumviriza inkuru z’ikinyoma+ be n’ivy’amamuko, ata co bivamwo+, mugabo bigatanga ibibazo vyo kugirira ubushakashatsi aho kuvamwo itangwa ry’ikintu cose kiva ku Mana mu bijanye n’ukwizera.
4 no kutumviriza inkuru z’ikinyoma+ be n’ivy’amamuko, ata co bivamwo+, mugabo bigatanga ibibazo vyo kugirira ubushakashatsi aho kuvamwo itangwa ry’ikintu cose kiva ku Mana mu bijanye n’ukwizera.