Abaroma 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mugabo mbona mu bihimba vyanje+ irindi tegeko+ rirwanya itegeko ry’umuzirikanyi wanje+ rikanjana ndi imbohe kw’itegeko ry’igicumuro+ riri mu bihimba vyanje. Abagalatiya 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko umubiri urwanya impwemu+ mu vyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri; kuko ivyo bidacana uwaka, ku buryo ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+. 1 Petero 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.
23 mugabo mbona mu bihimba vyanje+ irindi tegeko+ rirwanya itegeko ry’umuzirikanyi wanje+ rikanjana ndi imbohe kw’itegeko ry’igicumuro+ riri mu bihimba vyanje.
17 Kuko umubiri urwanya impwemu+ mu vyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri; kuko ivyo bidacana uwaka, ku buryo ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+.
11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.