Matayo 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Hahiriwe abatyoroye mu mutima+, kuko bazobona Imana+. Yohani 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Imana ni Impwemu+, kandi abayisenga bategerezwa kuyisenga mu mpwemu no mu kuri+.”