Abagalatiya 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bene wacu, naho umuntu yotirimuka+ imbere y’uko abimenya, mwebwe abafise kamere zisabwa zo mu vy’impwemu+ mugerageze kubogora umuntu mwene uwo n’umutima w’ubwitonzi+, kandi na wewe ubwawe wigumizeko ijisho+, kugira ngo nawe ntuhave ugeragezwa+. 1 Yohani 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umuntu wese aguma yunze ubumwe+ na we ntaza aracumura+; nta wuza aracumura n’umwe yamubonye canke yamumenye+.
6 Bene wacu, naho umuntu yotirimuka+ imbere y’uko abimenya, mwebwe abafise kamere zisabwa zo mu vy’impwemu+ mugerageze kubogora umuntu mwene uwo n’umutima w’ubwitonzi+, kandi na wewe ubwawe wigumizeko ijisho+, kugira ngo nawe ntuhave ugeragezwa+.
6 Umuntu wese aguma yunze ubumwe+ na we ntaza aracumura+; nta wuza aracumura n’umwe yamubonye canke yamumenye+.