Tito 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 hishimikijwe icizigiro c’ubuzima budahera+, ubwo Imana idashobora kubesha+ yasezeranye imbere y’ibihe vya kera cane+, Ivyahishuwe 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Uwicaye kuri ya ntebe y’ubwami+ avuga ati: “Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha+.” Yongera avuga ati: “Andika, kuko aya majambo ari ayo kwizigirwa n’ay’ukuri.”
2 hishimikijwe icizigiro c’ubuzima budahera+, ubwo Imana idashobora kubesha+ yasezeranye imbere y’ibihe vya kera cane+,
5 Maze Uwicaye kuri ya ntebe y’ubwami+ avuga ati: “Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha+.” Yongera avuga ati: “Andika, kuko aya majambo ari ayo kwizigirwa n’ay’ukuri.”