Ivyahishuwe 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze ambwira ati: “Aya majambo ni ayo kwizigirwa kandi ni ay’ukuri+; egome, Yehova we Mana y’amajambo yahumetswe+ y’abahanuzi+ ni we yatumye umumarayika wiwe ngo yereke abashumba biwe ibintu bitegerezwa kuba vuba+.
6 Maze ambwira ati: “Aya majambo ni ayo kwizigirwa kandi ni ay’ukuri+; egome, Yehova we Mana y’amajambo yahumetswe+ y’abahanuzi+ ni we yatumye umumarayika wiwe ngo yereke abashumba biwe ibintu bitegerezwa kuba vuba+.