Ivyahishuwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ngize ntya, mbona Umwagazi w’intama+ ahagaze ku Musozi Siyoni+, ari kumwe n’abantu ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ wiwe yanditswe ku ruhanga rwabo. Ivyahishuwe 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaso yiwe ni urubeya rw’umuriro+, kandi ku mutwe wiwe hari imigāra myinshi+. Afise izina+ ryanditswe ata n’umwe arizi atari we ubwiwe, Ivyahishuwe 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bazobona mu maso hayo+, kandi izina ryayo rizoba ku ruhanga rwabo+.
14 Maze ngize ntya, mbona Umwagazi w’intama+ ahagaze ku Musozi Siyoni+, ari kumwe n’abantu ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ wiwe yanditswe ku ruhanga rwabo.
12 Amaso yiwe ni urubeya rw’umuriro+, kandi ku mutwe wiwe hari imigāra myinshi+. Afise izina+ ryanditswe ata n’umwe arizi atari we ubwiwe,