Itanguriro 49:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yuda ni icana c’intambwe+. Uzoduga, mwananje, uvuye ku cacakiwe. Yarunamye, yarigoroye nk’intambwe, kandi vyongeye, nka kurya kw’intambwe, ni nde yokwubahuka kumuvyura+? Abaheburayo 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko vyibonekeza neza yuko Umukama wacu yamutse kuri Yuda+, umuryango Musa ata na kimwe yawuvuzeko ku vyerekeye abaherezi.
9 Yuda ni icana c’intambwe+. Uzoduga, mwananje, uvuye ku cacakiwe. Yarunamye, yarigoroye nk’intambwe, kandi vyongeye, nka kurya kw’intambwe, ni nde yokwubahuka kumuvyura+?
14 Kuko vyibonekeza neza yuko Umukama wacu yamutse kuri Yuda+, umuryango Musa ata na kimwe yawuvuzeko ku vyerekeye abaherezi.