1 Ngoma 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze Shetani ahagurukira Isirayeli, asunikira+ Dawidi guharūra Isirayeli. Yobu 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umusi urashika, aho abana b’Imana y’ukuri+ binjira guhagarara imbere ya Yehova+, mbere na Shetani+ yinjira hagati muri bo+. Zakariya 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze nya mumarayika+ wa Yehova abwira Shetani ati: “Yehova aguhambarire+, ewe Shetani, egome, Yehova aguhambarire, we atoranya Yeruzalemu+! Mbega uwo mugabo si ingegene yokowe mu muriro+?” Matayo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’” Yohani 13:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yuda amaze kwakira ico kimanyu, Shetani aca amwinjiramwo+. Yezu rero amubwira ati: “Ico uriko urakora gikore ningoga.” Abaroma 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+. 2 Abatesalonika 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo ukuhaba kw’uwo mugarariji kwisunga ikora+ rya Shetani riri kumwe n’ibikorwa vy’ububasha vyose n’ibimenyetso be n’ibitangaza vy’ububeshi+
6 Nuko umusi urashika, aho abana b’Imana y’ukuri+ binjira guhagarara imbere ya Yehova+, mbere na Shetani+ yinjira hagati muri bo+.
2 Maze nya mumarayika+ wa Yehova abwira Shetani ati: “Yehova aguhambarire+, ewe Shetani, egome, Yehova aguhambarire, we atoranya Yeruzalemu+! Mbega uwo mugabo si ingegene yokowe mu muriro+?”
10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’”
27 Yuda amaze kwakira ico kimanyu, Shetani aca amwinjiramwo+. Yezu rero amubwira ati: “Ico uriko urakora gikore ningoga.”
20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+.
9 Mugabo ukuhaba kw’uwo mugarariji kwisunga ikora+ rya Shetani riri kumwe n’ibikorwa vy’ububasha vyose n’ibimenyetso be n’ibitangaza vy’ububeshi+