Luka 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Aca ababwira ati: “Nabonye Shetani amaze gukoroka+ nk’umuravyo ava mw’ijuru. Ivyahishuwe 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ca gisato ngo kibone kiraririjwe kw’isi+, gica gihama wa mugore+ yibaruka umwana w’umuhungu.