ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 45:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Uzoba hafi yanje mu ntara ya Gosheni+, wewe n’abana bawe, abuzukuru bawe, ibitungwa vyawe vyose n’ibintu vyose ufise.

  • Kuvayo 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Haciye igihe, mu Misiri hatangura gutwara uwundi mwami atari azi Yozefu.

  • Kuvayo 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Baca bagena abahagarikiye ibikorwa* kugira babacinyize mu kubakoresha ibikorwa biruhisha+. Abisirayeli bubakira Farawo ibisagara vyo kubikamwo ibintu, ari vyo Pitomu na Ramesesi+.

  • Kuvayo 12:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Abisirayeli rero bava i Ramesesi+ baja i Sukoti+. Bari nk’abagabo* 600.000 udashizemwo abana+.

  • Guharura 33:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 ku musi ugira 15 w’ukwezi kwa mbere+ ni ho bava i Ramesesi+. Ku musi nyene ukurikira Pasika+, basohotse bitekaniye* Abanyamisiri bose babona.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika