Itanguriro 37:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 twariko turaboha imiganda hagati mu murima, nza mbona umuganda wanje uravyutse uguma uhagaze, imiganda yanyu ica irawukikuza irawunamira+.» Itanguriro 37:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hanyuma arota iyindi ndoto, ayibwira benewabo ati: «Nasubiye kurota. Ubu na ho nabonye izuba, ukwezi n’inyenyeri 11 biriko biranyunamira+.»
7 twariko turaboha imiganda hagati mu murima, nza mbona umuganda wanje uravyutse uguma uhagaze, imiganda yanyu ica irawukikuza irawunamira+.»
9 Hanyuma arota iyindi ndoto, ayibwira benewabo ati: «Nasubiye kurota. Ubu na ho nabonye izuba, ukwezi n’inyenyeri 11 biriko biranyunamira+.»