Itanguriro 12:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Maze Yehova abonekera Aburamu, amubwira ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe+.» Aburamu aca yubakira igicaniro Yehova aho hantu yari yamubonekeye. Itanguriro 17:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mwe n’uruvyaro* rwawe nzobaha igihugu wabayemwo uri umunyamahanga+, igihugu cose ca Kanani, kibe rwanyu ibihe vyose kandi nzoba Imana yabo+.» Itanguriro 26:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nube muri iki gihugu uri umunyamahanga+, nanje nzogumana nawe nongere nguhezagire, kuko ibi bihugu vyose nzobiha wewe n’uruvyaro* rwawe+. Nzoshitsa indahiro narahiye so wawe Aburahamu+ nti: Itanguriro 28:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abona kandi Yehova ari hejuru yayo, maze abwira Yakobo ati: «Ndi Yehova Imana ya Aburahamu sokuru wawe n’Imana ya Izahaki+. Iki gihugu uryamyeko nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe+.
7 Maze Yehova abonekera Aburamu, amubwira ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe+.» Aburamu aca yubakira igicaniro Yehova aho hantu yari yamubonekeye.
8 Mwe n’uruvyaro* rwawe nzobaha igihugu wabayemwo uri umunyamahanga+, igihugu cose ca Kanani, kibe rwanyu ibihe vyose kandi nzoba Imana yabo+.»
3 Nube muri iki gihugu uri umunyamahanga+, nanje nzogumana nawe nongere nguhezagire, kuko ibi bihugu vyose nzobiha wewe n’uruvyaro* rwawe+. Nzoshitsa indahiro narahiye so wawe Aburahamu+ nti:
13 Abona kandi Yehova ari hejuru yayo, maze abwira Yakobo ati: «Ndi Yehova Imana ya Aburahamu sokuru wawe n’Imana ya Izahaki+. Iki gihugu uryamyeko nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe+.