Itanguriro 15:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Imana ica imubwira iti: «Umenye neza ko abagukomokako* bazoba abanyamahanga mu gihugu atari rwabo, kandi abantu bo muri ico gihugu bazobagira abaja bongere babatoteze imyaka 400+. Abagalatiya 4:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nk’akarorero, vyanditswe yuko Aburahamu yari afise abahungu babiri. Umwe yamuronse ku musukukazi+, uwundi na we ku mugore wiwe, umugore yidegemvya+. Abagalatiya 4:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Mugabo ico gihe, uwavutse nk’uko abandi basanzwe bavuka* yatanguye guhama uwavutse biciye ku mpwemu+, kandi n’ubu ni ukwo+.
13 Imana ica imubwira iti: «Umenye neza ko abagukomokako* bazoba abanyamahanga mu gihugu atari rwabo, kandi abantu bo muri ico gihugu bazobagira abaja bongere babatoteze imyaka 400+.
22 Nk’akarorero, vyanditswe yuko Aburahamu yari afise abahungu babiri. Umwe yamuronse ku musukukazi+, uwundi na we ku mugore wiwe, umugore yidegemvya+.
29 Mugabo ico gihe, uwavutse nk’uko abandi basanzwe bavuka* yatanguye guhama uwavutse biciye ku mpwemu+, kandi n’ubu ni ukwo+.