ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 21:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ariko Sara yaguma abona umuhungu wa Hagari+ Umunyamisirikazi, umwe yavyarana na Aburahamu, acokora Izahaki+.

  • Kuvayo 1:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Nuko bakoresha Abisirayeli ibikorwa vy’abashumba biruhisha cane+. 14 Baguma babakoresha ibikorwa biruhisha vyo guponda ubudongo bw’ibumba no gufyatura amatafari be n’ivyo mu mirima, ku buryo Abisirayeli bumva barambiwe n’ubuzima. Emwe, barabacumukuza cane mu bikorwa vy’abashumba vy’ubwoko bwose+.

  • Kuvayo 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Yehova yongerako ati: «Nabonye vy’ukuri amagorwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amarira yabo kubera babakoresha ibikorwa biruhisha. Ndazi neza umubabaro barimwo+.

  • Ivyakozwe 7:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Vyongeye, Imana yamubwiye ko abomukomotseko* bobaye abanyamahanga mu gihugu atari rwabo, kandi ko abantu baho bobagize abaja bakongera bakabatoteza* imyaka 400+. 7 Imana yavuze iti: “Nzocira urubanza iryo hanga rizobagira abaja+, kandi mu nyuma bazovayo bankorere igikorwa ceranda aha hantu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika