Kuvayo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Imana imwishura iti: «Nzoba ndi kumwe nawe+. Ng’iki ikimenyetso kikwemeza ko ari jewe nagutumye: niwamara gukura abantu banje mu Misiri, muzosenga* Imana y’ukuri muri kuri uwu musozi+.»
12 Imana imwishura iti: «Nzoba ndi kumwe nawe+. Ng’iki ikimenyetso kikwemeza ko ari jewe nagutumye: niwamara gukura abantu banje mu Misiri, muzosenga* Imana y’ukuri muri kuri uwu musozi+.»