10 Mugabo Yakobo amubwira ati: «Oya ni ukuri. Nimba wangiriye ubuntu, niwakire iyo ngabire nguhaye kuko nayirungitse kugira bikunde ko mbona mu maso hawe. Kandi igihe nabona mu maso hawe, ni nk’aho nabonye mu maso h’Imana kuko wanyakiriye unezerewe+.