Gusubira mu vyagezwe 6:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ntimuze mugerageze Yehova Imana yanyu+ nka kumwe mwamugerageza i Masa+. Zaburi 95:8, 9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 ntimukomantaze imitima nka kumwe kw’i Meriba*+,nka wa musi w’i Masa* mu bugaragwa+, 9 igihe ba sogokuruza banyu bangerageza+.Baransomborokeje naho bari barabonye ibikorwa vyanje+. Abaheburayo 3:8, 9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 ntimukomantaze imitima nka ca gihe mwantera ishavu ry’umururazi, nka wa musi mwangeza mu bugaragwa+, 9 aho ba sogokuruza banyu bangerageza bakansomborotsa naho bari barabonye ibikorwa vyanje mu kiringo c’imyaka 40+.
8 ntimukomantaze imitima nka kumwe kw’i Meriba*+,nka wa musi w’i Masa* mu bugaragwa+, 9 igihe ba sogokuruza banyu bangerageza+.Baransomborokeje naho bari barabonye ibikorwa vyanje+.
8 ntimukomantaze imitima nka ca gihe mwantera ishavu ry’umururazi, nka wa musi mwangeza mu bugaragwa+, 9 aho ba sogokuruza banyu bangerageza bakansomborotsa naho bari barabonye ibikorwa vyanje mu kiringo c’imyaka 40+.