Imigani 10:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Uwuhisha urwanko rwiwe aba ari umubeshi+,kandi uwukwiragiza amajambo ababaza* aba ari ikijuju. 1 Yohani 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uwuvuga ko ari mu muco mugabo akanka+ mwenewabo, aracari mu mwiza+. 1 Yohani 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Umuntu wese yanka mwenewabo ni umwicanyi+, kandi murazi ko ata mwicanyi azoronka ubuzima budahera+.
15 Umuntu wese yanka mwenewabo ni umwicanyi+, kandi murazi ko ata mwicanyi azoronka ubuzima budahera+.