ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Twaciye duca iruhande ya benewacu bakomoka kuri Esawu+ baba i Seyiri, tuguma kure y’inzira ija muri Araba, kure ya Elati na Eziyoni-Geberi+.

      Hanyuma twarakase dufata inzira ija mu bugaragwa bwa Mowabu+.

  • 1 Abami 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Umwami Salomo akora n’amato* i Eziyoni-Geberi+ hafi y’i Eloti, ku nkengera y’ikiyaga Gitukura, mu gihugu ca Edomu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika