ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Umusozi Sinayi wose wariko urafumba umwotsi, kuko Yehova yari yamanutse kuri wo mu muriro+. Umwotsi waguma uduga nk’umwotsi uva mw’ifuru*, kandi uwo musozi wose wariko uranyiganyiga biteye ubwoba+.

  • Abaheburayo 12:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Kuko mutegereye umusozi ushobora gukorakorwa+ canke ururumba umuriro+, umusozi wuzuyeko igicu cijimye n’umwiza w’umuzitanya n’igihuhusi+, 19 n’ugusamirana kw’urumbete+ n’ijwi ry’uwuvuga+. Aho abantu bumviye iryo jwi baratakamvye ngo ntihagire ikindi kintu babwirwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika