ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Ibandanya kumubwira iti: «Ndi Imana ya so wawe, Imana ya Aburahamu+, Imana ya Izahaki+ n’Imana ya Yakobo+.» Musa aca yipfuka mu maso, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri.

  • Kuvayo 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Nzobajana mu gihugu narahiye* ko nzoha Aburahamu, Izahaki na Yakobo, kandi nzokibaha kibe rwanyu+. Ndi Yehova+.”»

  • Gusubira mu vyagezwe 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ubugororotsi bwanyu canke ukudahemuka kwanyu si vyo bitumye mwigarurira igihugu cabo. Ahubwo ububisha bw’ayo mahanga ni bwo butumye Yehova Imana yanyu ayirukana+, kugira ashitse ijambo Yehova yarahiye ba sokuruza banyu, Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika