ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 34:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Tegeka Abisirayeli uti: “Nimwinjira mu gihugu ca Kanani+, muzotorana ico gihugu mwisunze izi mbibe+:

  • Guharura 34:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ruzoca ruva i Shefamu ruje i Ribula mu buseruko bwa Ayini, hanyuma rumanuke rurengane umusozi uri mu buseruko bw’ikiyaga ca Kinereti*+.

  • Gusubira mu vyagezwe 3:16, 17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Abarubeni n’Abagadi+ nabahaye kuva i Gileyadi gushika mu mubande wa Arunoni (urubibe rwabo rukaba ruri hagati muri uwo mubande) kubandanya gushika kuri Yaboki (umwonga uri ku rubibe rw’Abamoni). 17 Nabahaye kandi Araba, uruzi Yorodani n’inkengera yarwo, kuva i Kinereti gushika ku kiyaga co muri Araba ari co kiyaga c’Umunyu, munsi y’umusozi Pisiga amaja mu buseruko+.

  • Yohani 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Inyuma y’ivyo, Yezu aja hakurya y’ikiyaga ca Galilaya, ari co Tiberiya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika