ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 29:24, 25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Abazobakomokako na ba kavamahanga hamwe n’amahanga yose bazovuga bati: “Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu+? Ni igiki catumye arungura n’ishavu uku kwose?” 25 Maze abantu bazobishura bati: “Ni kubera barenze kw’isezerano bagiraniye na Yehova+ Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiraniye na bo igihe yabakura mu Misiri+.

  • Yeremiya 22:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Amahanga menshi azoca iruhande y’iki gisagara, abazanye ati: ‘Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gisagara gikomeye+?’ 9 Maze bazobishura bati: ‘Ni kubera yuko bataye isezerano rya Yehova Imana yabo, bunamira izindi mana barazikorera+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika