2 Abami 10:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Vyongeye Yehu yica abo mu muryango wa Ahabu bose bari basigaye i Yezireli, n’abagabo b’abanyacubahiro bose bamukorera, abagenzi biwe n’abaherezi biwe+. Nta n’umwe yamusigarije+.
11 Vyongeye Yehu yica abo mu muryango wa Ahabu bose bari basigaye i Yezireli, n’abagabo b’abanyacubahiro bose bamukorera, abagenzi biwe n’abaherezi biwe+. Nta n’umwe yamusigarije+.