31 Mu nyuma, Tera afata Aburamu umuhungu wiwe, na Loti umwuzukuru wiwe+ ari we muhungu wa Harani, na Sarayi umukazana wiwe ari we mugore wa Aburamu umuhungu wiwe, bava mu gisagara ca Uri c’Abakaludaya maze baja mu gihugu ca Kanani+. Bahavuye bashika i Harani+ maze babayo.