ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 3:2-5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ico gihe Dawidi yaba i Heburoni+. Yahavyariye aba bahungu: imfura yitwa Amunoni+, yavyawe na Ahinowamu+ w’i Yezireli. 3 Uwa kabiri yari Kileyabu yavyawe na Abigayili+, umugore asigwa na Nabali w’i Karumeli. Uwa gatatu yari Abusalomu+ yavyawe na Mayaka. Mayaka yari umukobwa wa Talimayi+ umwami w’i Geshuri. 4 Uwa kane yari Adoniya+ yavyawe na Hagita. Uwa gatanu yari Shefatiya yavyawe na Abitali. 5 Uwa gatandatu yari Itireyamu yavyawe n’umugore wa Dawidi yitwa Egila. Abo ni bo Dawidi yavyariye i Heburoni.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika