2 Ngoma 25:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Amaziya yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yehowadani, akaba yava i Yeruzalemu+.
25 Amaziya yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yehowadani, akaba yava i Yeruzalemu+.