ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Ibi ni vyo uzokwama ushikana kuri ico gicaniro buri musi+: amasuguru abiri y’intama amaze umwaka umwe.

  • 2 Ngoma 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Barashikanira Yehova amashikanwa aturirwa agafumba umwotsi mu gitondo no ku mugoroba+, bakamushikanira n’imibavu imota neza+. Barashira imikate igerekeranye*+ ku meza ikozwe mu nzahabu itavanze, kandi buri mugoroba bakatsa amatara+ ari ku co bayaterekako c’inzahabu+. Ivyo tubigira kuko twitwararika ivyo Yehova Imana yacu yadusavye, mugabo mwebwe mwaramuhevye.

  • Ezira 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Maze bahimbaza umusi mukuru w’insago* nk’uko vyanditswe+. Ku musi ku musi batanga ibimazi biturirwa bingana n’igitigiri casabwa buri musi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika