ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 19:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Yehu umwuzukuru wa Nimushi uze umurobanuze amavuta+, abe umwami wa Isirayeli. Elisha* mwene Shafati w’i Abeli-Mehola na we uze umugene* abe umuhanuzi mu kibanza cawe+.

  • 2 Abami 9:20, 21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nya nderetsi ica ivuga iti: «Yagiye arabashikira mugabo mbonye atagarutse. Kandi mbona uwutwara umukogote awutwara nka Yehu umwuzukuru* wa Nimushi, kuko asanzwe awutwara nk’umusazi.» 21 Yehoramu aca avuga ati: «Bohera umukogote ku mafarasi.» Baca bawubohera ku mafarasi. Maze Yehoramu umwami wa Isirayeli na Ahaziya+ umwami w’Ubuyuda burira mu mikogote yabo y’intambara, baja guhura na Yehu. Bahuriye mw’itongo rya Naboti+ w’i Yezireli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika